Yobu 19:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abo mu mugwi w’abagenzi banje somambike bose banyanka urunuka+,Abo nakunda na bo bampindutse+. Zaburi 38:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo abankunda be n’abagenzi banje, baguma bihagarariye kure y’icago canje+,Abagenzi banje ba hafi na bo bihagarariye nka hariya+.
11 Nayo abankunda be n’abagenzi banje, baguma bihagarariye kure y’icago canje+,Abagenzi banje ba hafi na bo bihagarariye nka hariya+.