Zaburi 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amakosa, ni nde yoyatahura+?Nunyite intungane unkureko ibicumuro vyihishije+. Zaburi 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nurinde umusavyi wawe ibikorwa vy’ukwita imbere+;Ntureke ngo binganze+.Ico gihe nzoheza mbe uwukwiye+,Kandi nzoba nagumye ndi intungane ku bijanye n’ukugabitanya kwinshi. Imigani 19:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ukwiye gukubita umushinyaguzi+, kugira ngo umuntu atazi utuntu n’utundi acike umunyabwenge+; kandi umuntu azi ubwenge akwiye gukangīrwa, kugira ngo ategere ubumenyi+.
13 Nurinde umusavyi wawe ibikorwa vy’ukwita imbere+;Ntureke ngo binganze+.Ico gihe nzoheza mbe uwukwiye+,Kandi nzoba nagumye ndi intungane ku bijanye n’ukugabitanya kwinshi.
25 Ukwiye gukubita umushinyaguzi+, kugira ngo umuntu atazi utuntu n’utundi acike umunyabwenge+; kandi umuntu azi ubwenge akwiye gukangīrwa, kugira ngo ategere ubumenyi+.