Yobu 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Burya amajambo y’umuyaga+ aragira iherezo?Canke ubabajwe n’iki, ku buryo unyishura? Yobu 21:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ewe kuntu ari ivy’ubusa rero kuba mugerageza kumpoza+,N’inyishu zanyu zikaguma ari nk’ubuhemu!”