Yobu 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Umutima wanje wumva vy’ukuri ushishwe n’ubuzima bwanje+.Nzosuka amaganya yanje y’ibinyerekeye.Nzovuga ndundumiwe mu mutima!
10 “Umutima wanje wumva vy’ukuri ushishwe n’ubuzima bwanje+.Nzosuka amaganya yanje y’ibinyerekeye.Nzovuga ndundumiwe mu mutima!