Itanguriro 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu nyuma amuvyarira Zimurani na Yokishani na Medani na Midiyani+ na Ishibaki na Shuwa+. 1 Ngoma 1:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Abahungu bavyawe na Ketura+, incoreke ya Aburahamu+, bari Zimurani na Yokishani na Medani+ na Midiyani+ na Ishibaki+ na Shuwa+. Bene Yokishani na bo bari Sheba na Dedani+. Yobu 42:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Elifazi Umutemani na Biludadi Umushuhi na Zofari Umunayamati baraheza baragenda, bakora nk’uko nyene Yehova yari yababwiye; nuko Yehova aremera ugutakamba* kwa Yobu.
32 Abahungu bavyawe na Ketura+, incoreke ya Aburahamu+, bari Zimurani na Yokishani na Medani+ na Midiyani+ na Ishibaki+ na Shuwa+. Bene Yokishani na bo bari Sheba na Dedani+.
9 Elifazi Umutemani na Biludadi Umushuhi na Zofari Umunayamati baraheza baragenda, bakora nk’uko nyene Yehova yari yababwiye; nuko Yehova aremera ugutakamba* kwa Yobu.