Yobu 6:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mbega ukunegura amajambo ni kwo mugīra imigambi,Kandi amajambo y’uwihebuye+ ari ayatwarwa n’umuyaga gusa+?
26 Mbega ukunegura amajambo ni kwo mugīra imigambi,Kandi amajambo y’uwihebuye+ ari ayatwarwa n’umuyaga gusa+?