1 Ngoma 29:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko turi ba kavamahanga imbere yawe tukaba n’inyambukira+ nka ba sogokuruza bacu bose. Imisi yacu kw’isi imeze nk’igitutu+, kandi nta cizigiro kiriho. Yobu 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Umuntu, uwavutse ku mugore+,Abaho igihe gitoyi+ kandi yuzuye umudugararo+. Zaburi 144:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umuntu ubwiwe ameze nk’impemu nsa zisohotse+;Imisi yiwe ni nk’igitutu gihita+.
15 Kuko turi ba kavamahanga imbere yawe tukaba n’inyambukira+ nka ba sogokuruza bacu bose. Imisi yacu kw’isi imeze nk’igitutu+, kandi nta cizigiro kiriho.