Abalewi 25:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “‘Ubutaka ntibuze bugurishwe burundu+, kuko ubutaka ari ubwanje+. Kuko kuri jewe muri ba kavamahanga n’inyambukira+. Abaheburayo 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abo bose bapfiriye mu kwizera+, naho bataronse iranguka rya nya mihango+, mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baratura icese yuko bari ba kavantara n’ingenzi muri nya gihugu+.
23 “‘Ubutaka ntibuze bugurishwe burundu+, kuko ubutaka ari ubwanje+. Kuko kuri jewe muri ba kavamahanga n’inyambukira+.
13 Abo bose bapfiriye mu kwizera+, naho bataronse iranguka rya nya mihango+, mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baratura icese yuko bari ba kavantara n’ingenzi muri nya gihugu+.