ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 29:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuko turi ba kavamahanga imbere yawe tukaba n’inyambukira+ nka ba sogokuruza bacu bose. Imisi yacu kw’isi imeze nk’igitutu+, kandi nta cizigiro kiriho.

  • Zaburi 39:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Niwumve isengesho ryanje, ewe Yehova!

      Utege ugutwi ugutabaza kwanje+.

      Ntugume wicerereje ngo wirengagize amosozi yanje+.

      Kuko ndi kavamahanga gusa kuri wewe+,

      Inyambukira cokimwe na ba sogokuruza bose+.

  • Abanyefeso 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Vy’ukuri rero, ntimukiri ab’ahandi+ na kavamahanga+, ahubwo musangiye ubwenegihugu+ n’aberanda+, mukaba n’abo mu rugo+ rw’Imana,

  • 1 Petero 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Bakundwa, ndabahimiriza nka ba kavamahanga n’ingenzi+ ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, ari na vyo nyene biguma birwanya ubuzima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika