Yesaya 56:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Mbere nzobaha mu nzu yanje+ no mu mpome zanje icibutso+ n’izina+, ikintu ciza kuruta abahungu n’abakobwa+. Nzobaha izina gushika igihe kitagira urugero+, iritazorandurwa+. 1 Timoteyo 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kugira ngo, hamwe noteba, umenye ingene ubwirizwa kwigenza mu rugo rw’Imana+, ari rwo shengero rya ya Mana nzima, rukaba inkingi n’urwego bishigikiye+ ukuri. Abaheburayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 mugabo Kristu bwa Mwana+, yabaye umwizigirwa ku nzu y’Uwo. Twebwe turi inzu y’Uwo+, nimba tugumya rwose umwidegemvyo wacu wo kuvuga be n’ukwirata kwacu ku bw’icizigiro cacu gushika kw’iherezo+.
5 “Mbere nzobaha mu nzu yanje+ no mu mpome zanje icibutso+ n’izina+, ikintu ciza kuruta abahungu n’abakobwa+. Nzobaha izina gushika igihe kitagira urugero+, iritazorandurwa+.
15 kugira ngo, hamwe noteba, umenye ingene ubwirizwa kwigenza mu rugo rw’Imana+, ari rwo shengero rya ya Mana nzima, rukaba inkingi n’urwego bishigikiye+ ukuri.
6 mugabo Kristu bwa Mwana+, yabaye umwizigirwa ku nzu y’Uwo. Twebwe turi inzu y’Uwo+, nimba tugumya rwose umwidegemvyo wacu wo kuvuga be n’ukwirata kwacu ku bw’icizigiro cacu gushika kw’iherezo+.