2 Abakorinto 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuza rute n’ibigirwamana+? Kuko turi urusengero+ rw’Imana nzima; nk’uko Imana yavuze iti: “Nzoba muri bo+ ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.” Abanyefeso 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Vy’ukuri rero, ntimukiri ab’ahandi+ na kavamahanga+, ahubwo musangiye ubwenegihugu+ n’aberanda+, mukaba n’abo mu rugo+ rw’Imana,
16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuza rute n’ibigirwamana+? Kuko turi urusengero+ rw’Imana nzima; nk’uko Imana yavuze iti: “Nzoba muri bo+ ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”
19 Vy’ukuri rero, ntimukiri ab’ahandi+ na kavamahanga+, ahubwo musangiye ubwenegihugu+ n’aberanda+, mukaba n’abo mu rugo+ rw’Imana,