Yesaya 44:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uyu azovuga ati: “Jewe ndi uwa Yehova+.” Urya na we azokwiyita izina rya Yakobo+, uwundi na we yandike ku kuboko kwiwe ati: “Uwa Yehova.” Kandi izina rya Isirayeli ni ryo zina ry’icubahiro umuntu azokwiyita+.’ Yohani 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+;
5 Uyu azovuga ati: “Jewe ndi uwa Yehova+.” Urya na we azokwiyita izina rya Yakobo+, uwundi na we yandike ku kuboko kwiwe ati: “Uwa Yehova.” Kandi izina rya Isirayeli ni ryo zina ry’icubahiro umuntu azokwiyita+.’
12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+;