Yobu 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mbere na vyo nyene vyombera uruhoza;Kandi notamba ngatarika+ mu bubabare bwanje bumeze nk’ubw’ibise,Naho ata mpuhwe yoba igize, kuko ntanyegeje amajambo+ ya wa Mweranda+.
10 Mbere na vyo nyene vyombera uruhoza;Kandi notamba ngatarika+ mu bubabare bwanje bumeze nk’ubw’ibise,Naho ata mpuhwe yoba igize, kuko ntanyegeje amajambo+ ya wa Mweranda+.