Abalewi 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Vugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Mukwiye kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe Yehova Imana yanyu ndi mweranda+. Hoseya 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Sinzokwerekana ishavu ryanje rirurumba+. Sinzokwongera guhonya Efurayimu+, kuko ndi Imana+, ntari umuntu, Umweranda hagati muri wewe+; sinzoza mfise uburake. 1 Petero 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 mugabo, nk’uko wa Mweranda yabahamagara ari, namwe ubwanyu mube beranda mu ngeso zanyu zose+,
2 “Vugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Mukwiye kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe Yehova Imana yanyu ndi mweranda+.
9 Sinzokwerekana ishavu ryanje rirurumba+. Sinzokwongera guhonya Efurayimu+, kuko ndi Imana+, ntari umuntu, Umweranda hagati muri wewe+; sinzoza mfise uburake.