Ezira 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Inyuma y’ivyadushikiye vyose kubera ibikorwa bibi vyacu+ n’ukwagirwa n’icaha kwacu gukomeye—kuko wewe, ewe Mana yacu, utatugiriye ibihuye n’ikosa ryacu+, ukaba uduhaye abacitse kw’icumu nk’aba+—
13 Inyuma y’ivyadushikiye vyose kubera ibikorwa bibi vyacu+ n’ukwagirwa n’icaha kwacu gukomeye—kuko wewe, ewe Mana yacu, utatugiriye ibihuye n’ikosa ryacu+, ukaba uduhaye abacitse kw’icumu nk’aba+—