Zaburi 50:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ivyo bintu warabikoze, nanje nguma nicerereje+.Wiyumviriye yuko ntobuze kumera nkawe+.Ngira ndagukangire+, kandi nzoshira ibintu mu buryo mu maso yawe+.
21 Ivyo bintu warabikoze, nanje nguma nicerereje+.Wiyumviriye yuko ntobuze kumera nkawe+.Ngira ndagukangire+, kandi nzoshira ibintu mu buryo mu maso yawe+.