2 Ngoma 6:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 “Nibagucumurako+ (kuko ata muntu adacumura+), maze bikaba ngombwa ko ubarurumbira ishavu, ukabagabura ku mwansi, hanyuma bene kubagira imbohe bakabatwara koko ari imbohe mu gihugu ca kure canke ca hafi+; Zaburi 51:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Raba! Navyariwe mw’ikosa mu bubabare bwo kwibaruka+,Kandi mawe yansamiye inda mu gicumuro+.
36 “Nibagucumurako+ (kuko ata muntu adacumura+), maze bikaba ngombwa ko ubarurumbira ishavu, ukabagabura ku mwansi, hanyuma bene kubagira imbohe bakabatwara koko ari imbohe mu gihugu ca kure canke ca hafi+;