1 Abami 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Yehova avuga ati: ‘Ni nde aza guhenda Ahabu, kugira ngo aduge hanyuma agwe i Ramoti-gileyadi?’ Umwe atangura kuvuga uku, uwundi na we akavuga kuriya+. Imigani 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 nabaye iruhande yiwe ndi umukozi w’umuhanga+, mba uwo yakunda bidasanzwe+ ku musi ku musi, mpimbarwa igihe cose imbere yiwe+, Amosi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Umukama Segaba Yehova ata co azokora adahishuriye akabanga kiwe abasavyi biwe b’abahanuzi+.
20 Maze Yehova avuga ati: ‘Ni nde aza guhenda Ahabu, kugira ngo aduge hanyuma agwe i Ramoti-gileyadi?’ Umwe atangura kuvuga uku, uwundi na we akavuga kuriya+.
30 nabaye iruhande yiwe ndi umukozi w’umuhanga+, mba uwo yakunda bidasanzwe+ ku musi ku musi, mpimbarwa igihe cose imbere yiwe+,