Yobu 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo mwebwe muri abasigiririza ikinyoma+;Mwese muri abaganga ata co bamaze+. Yobu 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Muzogeza ryari kuguma muntera ishavu+No kuguma munjanjaguza amajambo+? Abafilipi 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 mugabo abo ba mbere babigira babitumwe n’agatima k’amahane+, batabigiranye imvo nziza, kuko bibwira ko bomvyurira amakuba+ mu mvuto zanje.
17 mugabo abo ba mbere babigira babitumwe n’agatima k’amahane+, batabigiranye imvo nziza, kuko bibwira ko bomvyurira amakuba+ mu mvuto zanje.