Zaburi 109:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuri bo jewe nacitse ikintu co gusigwa iceyi+.Barambona, bagatangura kuzunza umutwe+. Matayo 27:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nuko abahita batangura kumutuka+, bazunza+ umutwe,