Itanguriro 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 None ntiyambwiye ati: ‘Ni mushikanje’? Kandi uno na we, ntiyavuze ati: ‘Ni musazanje’? Ivyo nabigize mu kugororoka kw’umutima wanje kandi mbigirana ugutungana kw’ibiganza vyanje+.” Zaburi 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni uwo wese w’intungane mu biganza vyiwe kandi adahumanye mu mutima wiwe+,Atatwaye ubuzima bwanje* mu bitagira mvura+,Canke ngo arahire ahendana+. Zaburi 26:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzokaraba ibiganza vyanje mu gutungana+,Kandi nzotambuka nkikuza igicaniro* cawe, ewe Yehova+,
5 None ntiyambwiye ati: ‘Ni mushikanje’? Kandi uno na we, ntiyavuze ati: ‘Ni musazanje’? Ivyo nabigize mu kugororoka kw’umutima wanje kandi mbigirana ugutungana kw’ibiganza vyanje+.”
4 Ni uwo wese w’intungane mu biganza vyiwe kandi adahumanye mu mutima wiwe+,Atatwaye ubuzima bwanje* mu bitagira mvura+,Canke ngo arahire ahendana+.