Yobu 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ni kangahe itara ry’ababisha rizima+,Vyongeye, ni kangahe icago kibazako?Ni kangahe mw’ishavu ryayo itanga umugabane w’agatikizo+?
17 Ni kangahe itara ry’ababisha rizima+,Vyongeye, ni kangahe icago kibazako?Ni kangahe mw’ishavu ryayo itanga umugabane w’agatikizo+?