Yesaya 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo wewe, wavuze mu mutima wawe ngo: ‘Nzoduga nshike mw’ijuru+. Nzoduza intebe yanje y’ubwami+ hejuru y’inyenyeri+ z’Imana, kandi nzovyagira ku musozi w’ihuriro+, mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi+. Amosi 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nibimba bakaja mu kuzimu*, ukuboko kwanje kuzobakurayo+; kandi nibaduga mu majuru, nzobamanurayo+. Obadiya 4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Naho woshira ikibanza cawe hejuru nk’inkona, canke naho woshira icari cawe mu nyenyeri, nokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze.
13 Nayo wewe, wavuze mu mutima wawe ngo: ‘Nzoduga nshike mw’ijuru+. Nzoduza intebe yanje y’ubwami+ hejuru y’inyenyeri+ z’Imana, kandi nzovyagira ku musozi w’ihuriro+, mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi+.
4 Naho woshira ikibanza cawe hejuru nk’inkona, canke naho woshira icari cawe mu nyenyeri, nokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze.