Itanguriro 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Agumye ahinahina+, nya bagabo, ku bw’impuhwe za Yehova zari kuri we+, baca bafata ukuboko kwiwe n’ukuboko kw’umugore wiwe n’amaboko y’abakobwa biwe babiri maze baramusohora, bamushira hanze y’igisagara+. 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
16 Agumye ahinahina+, nya bagabo, ku bw’impuhwe za Yehova zari kuri we+, baca bafata ukuboko kwiwe n’ukuboko kw’umugore wiwe n’amaboko y’abakobwa biwe babiri maze baramusohora, bamushira hanze y’igisagara+.
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,