Yobu 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova yongera kubwira Shetani ati: “Mbega washize umutima wawe ku musavyi wanje Yobu, ukabona ko ata n’umwe ameze nka we mw’isi+, ko ari umuntu atagirako umugayo+ kandi agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+?” Zaburi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova amenya inzira y’abagororotsi+,Mugabo inzira y’ababisha izozimangana+. Zaburi 139:1 Bibiliya y’isi nshasha 139 Ewe Yehova, waranseranguye, kandi uranzi+.
8 Yehova yongera kubwira Shetani ati: “Mbega washize umutima wawe ku musavyi wanje Yobu, ukabona ko ata n’umwe ameze nka we mw’isi+, ko ari umuntu atagirako umugayo+ kandi agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+?”