Yobu 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ni yo kandi izoba ubukiriro bwanje+,Kuko ata muhuni azokwinjira imbere yayo+. Yobu 36:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi abahuni mu mutima bazorunda ishavu+.Ntibazotabaza kuko ibaboshe. Abaheburayo 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 mugabo bakagwa+, ntibishoboka ko bongera kuvyurwa ngo bigaye+, kuko baba bongeye kwimanikira Umwana w’Imana no kumutetereza ku mugaragaro+.
6 mugabo bakagwa+, ntibishoboka ko bongera kuvyurwa ngo bigaye+, kuko baba bongeye kwimanikira Umwana w’Imana no kumutetereza ku mugaragaro+.