Guharura 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ishavu rya Balaki rica rirurumbira Balamu, akubita amashi ku yandi+, hanyuma Balaki abandanya kubwira Balamu ati: “Naguhamagaye ngo uvume+ abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako izi ncuro zitatu zose. Gucura intimba 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abahita ku nzira bose bakubise amashi ku yandi baguhema+.Bavugije agahwa+ kandi baguma bazungiriza umutwe+ umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:“Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: ‘Ni ubwiza butagira akanenge, umwigino w’isi yose+’?” Nahumu 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nta gahengwe kariho ku vyago vyawe. Uruguma rwawe rwabaye urudakira+. Abazokwumva ivyawe bose ntibazobura gukubita amashi ku yandi bakwitamba ku muvyimba+; kuko ni nde atahora acumukura kubera ububi bwawe budahera+?”
10 Ishavu rya Balaki rica rirurumbira Balamu, akubita amashi ku yandi+, hanyuma Balaki abandanya kubwira Balamu ati: “Naguhamagaye ngo uvume+ abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako izi ncuro zitatu zose.
15 Abahita ku nzira bose bakubise amashi ku yandi baguhema+.Bavugije agahwa+ kandi baguma bazungiriza umutwe+ umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:“Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: ‘Ni ubwiza butagira akanenge, umwigino w’isi yose+’?”
19 Nta gahengwe kariho ku vyago vyawe. Uruguma rwawe rwabaye urudakira+. Abazokwumva ivyawe bose ntibazobura gukubita amashi ku yandi bakwitamba ku muvyimba+; kuko ni nde atahora acumukura kubera ububi bwawe budahera+?”