Yobu 42:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Elifazi Umutemani na Biludadi Umushuhi na Zofari Umunayamati baraheza baragenda, bakora nk’uko nyene Yehova yari yababwiye; nuko Yehova aremera ugutakamba* kwa Yobu.
9 Elifazi Umutemani na Biludadi Umushuhi na Zofari Umunayamati baraheza baragenda, bakora nk’uko nyene Yehova yari yababwiye; nuko Yehova aremera ugutakamba* kwa Yobu.