4 Ni nde yaduze mw’ijuru kugira ngo amanuke+? Ni nde yakoranije umuyaga mu biganza vyompi+? Ni nde yatekeye amazi mu mutamana+? Ni nde yadugije impera zose z’isi+? Yitwa nde+, kandi umuhungu wiwe yitwa nde, nimba ubizi+?
20 Kuko kamere zayo zitaboneka+ zibonwa neza uhereye kw’iremwa ry’isi+, kubera ko zitahurirwa ku bintu vyaremwe+, ni zo bubasha bwayo bw’ibihe bidahera+ n’Ubumana bwayo+, ku buryo ata co bireguza+;