Zaburi 115:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku biraba amajuru, amajuru ni aya Yehova+,Mugabo isi yayihaye abana b’abantu+. Yohani 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, nta muntu yaduze mw’ijuru+ atari uwamanutse ava mw’ijuru+, ari we Mwana w’umuntu+. Abanyefeso 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 None iryo jambo ngo: “igihe yaduga+,” risobanura iki atari uko kandi yamanutse mu turere two hasi, ni ukuvuga isi+?
9 None iryo jambo ngo: “igihe yaduga+,” risobanura iki atari uko kandi yamanutse mu turere two hasi, ni ukuvuga isi+?