Imigani 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amaso ya Yehova ari ahantu hose+, akaguma areretse ababi n’abeza+. Zakariya 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko ni nde yasuzuguye umusi w’ibintu bitoyi+? Bazonezerwa koko+, babone karisho* mu kuboko kwa Zerubabeli. Ayo ndwi ni amaso ya Yehova+. Anyuragira mw’isi yose+.” 1 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”
10 Kuko ni nde yasuzuguye umusi w’ibintu bitoyi+? Bazonezerwa koko+, babone karisho* mu kuboko kwa Zerubabeli. Ayo ndwi ni amaso ya Yehova+. Anyuragira mw’isi yose+.”
12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”