Itanguriro 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Aburahamu aracikana, apfa yisaziye neza, ashaje kandi aheze akanyota, ahamvya ab’iwabo+. 2 Abami 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Ku bw’ivyo, ehe nguhaye guhamvya+ ba sogokuruza bawe; ata gukeka uzohamvya imva yawe bwite amahoro+, kandi amaso yawe ntazobona ivyago vyose ngira nteze aha hantu.”’” Nuko bazanira umwami iyo nyishu. Yobu 42:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yobu arateba arapfa, yisaziye kandi ahaze imisi+.
20 “Ku bw’ivyo, ehe nguhaye guhamvya+ ba sogokuruza bawe; ata gukeka uzohamvya imva yawe bwite amahoro+, kandi amaso yawe ntazobona ivyago vyose ngira nteze aha hantu.”’” Nuko bazanira umwami iyo nyishu.