Ezira 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nkimara kwumva ico kintu, nca ntantamura impuzu yanje+ n’umwitero wanje utagira amaboko, ntangura gushikura umushatsi wo ku mutwe wanje+ n’ubwanwa bwanje, nguma nicaye njumarariwe+. Yesaya 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Aminjiriro yiwe azobwirizwa kugandara+ no guserura agahinda, kandi ata gukeka azokuburwa. Azokwicara hasi kw’isi+.”
3 Nkimara kwumva ico kintu, nca ntantamura impuzu yanje+ n’umwitero wanje utagira amaboko, ntangura gushikura umushatsi wo ku mutwe wanje+ n’ubwanwa bwanje, nguma nicaye njumarariwe+.
26 Aminjiriro yiwe azobwirizwa kugandara+ no guserura agahinda, kandi ata gukeka azokuburwa. Azokwicara hasi kw’isi+.”