Itanguriro 38:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ariko haciye nk’amezi atatu Yuda abwirwa ngo: “Tamari umukazana wawe yagize ivy’umumaraya+, kandi ehe aranibungenze+ bivuye ku bumaraya bwiwe.” Yuda na we avuga ati: “Nimumusohore maze aturirwe+.” Abalewi 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Umugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo, aba arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe+. Ntaze abure kwicwa, hicwe nya mugabo na nya mugore+. Gusubira mu vyagezwe 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore afise umugabo+, bompi rero bategerezwa gupfira hamwe, uwo mugabo yari aryamanye n’umugore n’uwo mugore nyene+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+.
24 Ariko haciye nk’amezi atatu Yuda abwirwa ngo: “Tamari umukazana wawe yagize ivy’umumaraya+, kandi ehe aranibungenze+ bivuye ku bumaraya bwiwe.” Yuda na we avuga ati: “Nimumusohore maze aturirwe+.”
10 “‘Umugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo, aba arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe+. Ntaze abure kwicwa, hicwe nya mugabo na nya mugore+.
22 “Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore afise umugabo+, bompi rero bategerezwa gupfira hamwe, uwo mugabo yari aryamanye n’umugore n’uwo mugore nyene+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+.