Zaburi 82:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nimubere abacamanza umuntu mutoyi n’impfuvyi*+.Nimutunganirize umurushwa na ntahonikora+. Imigani 22:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko Yehova ubwiwe azoburana urubanza rwabo+, kandi ababambura ntazobura kubambura ubuzima+. Yesaya 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mbega muzogira iki ga yemwe ku musi ivyanyu bizorabwa+ no ku musi w’agatikizo, nikaza kavuye kure+? Muzohungira kuri nde ngo abatabare+, kandi muzosiga hehe ubuninahazwa bwanyu+,
3 Mbega muzogira iki ga yemwe ku musi ivyanyu bizorabwa+ no ku musi w’agatikizo, nikaza kavuye kure+? Muzohungira kuri nde ngo abatabare+, kandi muzosiga hehe ubuninahazwa bwanyu+,