ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 24:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Yehova naducire urubanza twe nawe+; kandi Yehova ntazobura kumpora+ akabikubaza, ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako+.

  • Zaburi 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 “Kubera ukunyagwa kw’abarushwa, kubera ukuniha kw’aboro+,

      Ubu ho ngira mpaguruke,” ni ko Yehova avuga+.

      “Ngira ndamushire ahatagira inkomanzi, aho ata n’umwe amuhemerako+.”

  • Imigani 23:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko Umucunguzi wabo akomeye; ubwiwe azoburana nawe urubanza rwabo+.

  • Yeremiya 50:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Umucunguzi wabo arakomeye+, Yehova nyen’ingabo ni ryo zina ryiwe+. Emwe, azokwifatira mu minwe urubanza rwabo+, kugira ahe akaruhuko igihugu+ yongere ateze uruhagarara ababa i Babiloni+.”

  • Mika 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nzokwihanganira ubushangashirwe bwa Yehova—kuko namucumuyeko+—gushika yifatiye mu minwe urubanza rwanje, akantunganiriza koko+. Azonsohokana anjane ku muco; nzokwitegereza ubugororotsi bwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika