1 Samweli 26:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yehova ni we azokwishura umwe wese ubugororotsi+ bwiwe bwite n’ubwizigirwa bwiwe bwite, kuko Yehova uno musi yagutanze mu kuboko kwanje, nanje sinashaka gutuma ukuboko kwanje ngo ngirire nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta+. Zaburi 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova ubwiwe azosomera urubanza ibisata vy’abantu+.Ncira urubanza, Yehova we, nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,Nk’uko kandi ugutungana* kwanje kwo muri jewe kuri+.
23 Yehova ni we azokwishura umwe wese ubugororotsi+ bwiwe bwite n’ubwizigirwa bwiwe bwite, kuko Yehova uno musi yagutanze mu kuboko kwanje, nanje sinashaka gutuma ukuboko kwanje ngo ngirire nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta+.
8 Yehova ubwiwe azosomera urubanza ibisata vy’abantu+.Ncira urubanza, Yehova we, nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,Nk’uko kandi ugutungana* kwanje kwo muri jewe kuri+.