Kuvayo 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yehova yongerako ati: “Nabonye koko amarushwa abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo kubera ababahindagiza ku bikorwa; kuko nzi neza imibabaro barimwo+. Zaburi 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Haguruka+, Yehova we! Ewe Mana, duza ukuboko kwawe+.Ntiwibagire abarushwa+.
7 Nuko Yehova yongerako ati: “Nabonye koko amarushwa abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo kubera ababahindagiza ku bikorwa; kuko nzi neza imibabaro barimwo+.