Zaburi 35:1 Bibiliya y’isi nshasha 35 Niwifatire mu minwe urubanza rwanje, ewe Yehova, urwo mburana n’abandwanya+;Nurwanye abandwanya+. Zaburi 43:1 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ncira urubanza+, Mana we,Wifatire mu minwe urubanza mburana+ n’ihanga ritari intahemuka.Nunkize umuntu w’ubuhendanyi n’ukutagororoka+. Gucura intimba 3:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Ewe Yehova, warabonye inabi nagiriwe+. Enda nuhagarikire urubanza rwanje+.
43 Ncira urubanza+, Mana we,Wifatire mu minwe urubanza mburana+ n’ihanga ritari intahemuka.Nunkize umuntu w’ubuhendanyi n’ukutagororoka+.