ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mu nyuma bumva ijwi rya Yehova Imana agendagenda muri nya murima, nko mu gice c’umusi aho akayaga gahuhera+, maze nya muntu n’umugore wiwe binyegeza amaso ya Yehova Imana mu biti vyo muri uwo murima+.

  • Imigani 28:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.

  • Ivyakozwe 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Petero amubwira ati: “Mbwira, mbega mwebwe uko muri babiri, aya ni yo mwagurishije itongo?” Avuga ati: “Ego ni ayo.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika