Imigani 15:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Umutima w’umugororotsi urazirikana kugira ngo wishure+, mugabo akanwa k’ababisha kadudubiza ibintu bibi+. 1 Petero 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo mweze Kristu bwa Mukama mu mitima yanyu+, mwame mwiteguriye kwiburanira+ imbere y’umuntu wese abasavye impamvu y’icizigiro kiri muri mwebwe, mugabo mubigirana ubwitonzi+ n’icubahiro kigera kure.
28 Umutima w’umugororotsi urazirikana kugira ngo wishure+, mugabo akanwa k’ababisha kadudubiza ibintu bibi+.
15 Mugabo mweze Kristu bwa Mukama mu mitima yanyu+, mwame mwiteguriye kwiburanira+ imbere y’umuntu wese abasavye impamvu y’icizigiro kiri muri mwebwe, mugabo mubigirana ubwitonzi+ n’icubahiro kigera kure.