Itanguriro 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+. Yobu 32:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ni ukuri ni impwemu yo mu bantu buntuKandi ni impemu za Mushoboravyose zibaha ugutegera+. Umusiguzi 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze umukungugu usubira mw’ivu+ nk’uko wari, impwemu+ na yo igasubira ku Mana y’ukuri+ yayitanze+. Ivyakozwe 17:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 eka mbere ntikorerwa n’amaboko y’abantu nk’aho yoba igira ico ikenera+, kuko ubwayo ari yo iha abantu bose ubuzima+ n’impemu+ n’ibintu vyose.
7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+.
25 eka mbere ntikorerwa n’amaboko y’abantu nk’aho yoba igira ico ikenera+, kuko ubwayo ari yo iha abantu bose ubuzima+ n’impemu+ n’ibintu vyose.