Yobu 13:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuki uhisha mu maso hawe+Ukamfata nk’umwansi wawe+? Yobu 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ishavu ryiwe ryantabaguye, ambikira akazikira+.Ampekenyera amenyo+.Umurwanizi wanje ubwiwe anzuriye amaso+. Yobu 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ishavu ryayo na ryo nyene rirandurumbira+,Kandi iguma imfata nk’umurwanizi wayo.
9 Ishavu ryiwe ryantabaguye, ambikira akazikira+.Ampekenyera amenyo+.Umurwanizi wanje ubwiwe anzuriye amaso+.