Itanguriro 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Imana y’ukuri imubwira muri nya ndoto iti: “Na jewe namenye ko ivyo wabigize mu kugororoka kw’umutima wawe+, vyongeye ni jewe kandi nariko ngutangira ngo ntuncumureko+. Ico ni co catumye ntakwemerera kumukorako+. Matayo 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko kubera ko baburiwe n’Imana+ mu ndoto ngo ntibasubire kwa Herodi, baca bavayo baja mu gihugu iwabo baciye mu yindi nzira. Matayo 27:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Vyongeye, igihe yari yicaye ku ntebe y’imanza, umugore wiwe amutumako ati: “Ntiwiteranye n’uyo mugororotsi+, kuko nacumukuye cane mu ndoto+ uno musi kubera we.”
6 Nuko Imana y’ukuri imubwira muri nya ndoto iti: “Na jewe namenye ko ivyo wabigize mu kugororoka kw’umutima wawe+, vyongeye ni jewe kandi nariko ngutangira ngo ntuncumureko+. Ico ni co catumye ntakwemerera kumukorako+.
12 Ariko kubera ko baburiwe n’Imana+ mu ndoto ngo ntibasubire kwa Herodi, baca bavayo baja mu gihugu iwabo baciye mu yindi nzira.
19 Vyongeye, igihe yari yicaye ku ntebe y’imanza, umugore wiwe amutumako ati: “Ntiwiteranye n’uyo mugororotsi+, kuko nacumukuye cane mu ndoto+ uno musi kubera we.”