Kuvayo 12:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hanyuma mu gicugu, Yehova yica imfura yose mu gihugu ca Misiri+, uhereye ku mfura ya Farawo yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami, ugashika ku mfura y’imbohe yari mu gasho, no ku gitungwa cose c’uburiza+. Daniyeli 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Muri iryo joro nyene, Belushazari umwami w’Umukaludaya aricwa+, Luka 12:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Imana imubwira iti: ‘Wa kijuju we, iri joro barakwaka ubuzima bwawe+. None ibintu warunze bizoba ivya nde+?’
29 Hanyuma mu gicugu, Yehova yica imfura yose mu gihugu ca Misiri+, uhereye ku mfura ya Farawo yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami, ugashika ku mfura y’imbohe yari mu gasho, no ku gitungwa cose c’uburiza+.
20 Mugabo Imana imubwira iti: ‘Wa kijuju we, iri joro barakwaka ubuzima bwawe+. None ibintu warunze bizoba ivya nde+?’