Zaburi 39:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ni ukuri, umuntu burya agendagenda ari ishusho nsa+.Ni ukuri, basebagirikira ubusa+.Umuntu ararundanya ibintu, ntamenye uwuzobitwara+. Zaburi 52:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ng’uyu umuntu w’umugabo atagira Imana iboma ryiwe+,Mugabo akizigira ubwinshi bw’ubutunzi bwiwe+,Akugama mu marushwa ateza+. Yeremiya 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Uwurondera ubutunzi atabigiranye ubutungane+ ameze nk’inkware yegeranije amagi itataye. Acagatije imisi yiwe, azobusiga+, kandi kw’iherezo ryiwe azoba imburabwenge+.” Yakobo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzomera ejo+. Kuko muri igipfungu kiboneka akanya gato maze kikazimangana+.
6 Ni ukuri, umuntu burya agendagenda ari ishusho nsa+.Ni ukuri, basebagirikira ubusa+.Umuntu ararundanya ibintu, ntamenye uwuzobitwara+.
7 Ng’uyu umuntu w’umugabo atagira Imana iboma ryiwe+,Mugabo akizigira ubwinshi bw’ubutunzi bwiwe+,Akugama mu marushwa ateza+.
11 Uwurondera ubutunzi atabigiranye ubutungane+ ameze nk’inkware yegeranije amagi itataye. Acagatije imisi yiwe, azobusiga+, kandi kw’iherezo ryiwe azoba imburabwenge+.”
14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzomera ejo+. Kuko muri igipfungu kiboneka akanya gato maze kikazimangana+.