Umusiguzi 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nta muntu afise ububasha ku mpwemu ngo atangire impwemu+; eka nta n’ububasha namba buhaba ku musi w’urupfu+; kandi nta n’umwe akurwako ukuja muri iyo ntambara+. Kandi ububisha ntibuzokiza ababwivobekamwo+.
8 Nta muntu afise ububasha ku mpwemu ngo atangire impwemu+; eka nta n’ububasha namba buhaba ku musi w’urupfu+; kandi nta n’umwe akurwako ukuja muri iyo ntambara+. Kandi ububisha ntibuzokiza ababwivobekamwo+.