Hoseya 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi ntibibwira mu mutima wabo+ yuko nzokwibuka ububi bwabo bwose+. Ubu ibikorwa vyabo birabakikuje+. Biri imbere y’amaso yanje+. 2 Abakorinto 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ntibitangaje rero ko n’abasuku biwe+ na bo nyene baguma bihindura abasuku b’ubugororotsi. Ariko iherezo ryabo rizohwana n’ibikorwa vyabo+. Tito 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Batura icese yuko bazi Imana+, mugabo bakayihakanisha ibikorwa vyabo+, kubera ko bateye ishishi bakaba n’abagambarazi, bakaba kandi batemewe+ ku bw’igikorwa ciza na kimwe.
2 Kandi ntibibwira mu mutima wabo+ yuko nzokwibuka ububi bwabo bwose+. Ubu ibikorwa vyabo birabakikuje+. Biri imbere y’amaso yanje+.
15 Ntibitangaje rero ko n’abasuku biwe+ na bo nyene baguma bihindura abasuku b’ubugororotsi. Ariko iherezo ryabo rizohwana n’ibikorwa vyabo+.
16 Batura icese yuko bazi Imana+, mugabo bakayihakanisha ibikorwa vyabo+, kubera ko bateye ishishi bakaba n’abagambarazi, bakaba kandi batemewe+ ku bw’igikorwa ciza na kimwe.