Matayo 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko Umwana w’umuntu abwirizwa kuzoza mu buninahazwa bwa Se ari kumwe n’abamarayika biwe; maze azohemba umwe wese ibihuye n’inyifato yiwe+. Abaroma 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi izokwishura umwe wese nk’uko ibikorwa vyiwe biri+: Abagalatiya 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ndizigiye+ ku biberekeye mwebwe abunze ubumwe+ n’Umukama yuko mutazokwiyumvira ukundi; mugabo uwuriko arabadurumbanya+, yaba nde, azokwikorera urubanza rwiwe+. Abafilipi 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 kandi iherezo ryabo ni ugutikizwa+, kandi imana yabo ni inda yabo+, ubuninahazwa bwabo na bwo ni ibimaramare+, kandi imizirikanyi yabo iri ku bintu vyo kw’isi+. 2 Timoteyo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Alegizandere+ wa mucuzi w’umuringa yarankoreye ibibi vyinshi—Yehova azobimwishura nk’uko ibikorwa vyiwe biri+—
27 Kuko Umwana w’umuntu abwirizwa kuzoza mu buninahazwa bwa Se ari kumwe n’abamarayika biwe; maze azohemba umwe wese ibihuye n’inyifato yiwe+.
10 Ndizigiye+ ku biberekeye mwebwe abunze ubumwe+ n’Umukama yuko mutazokwiyumvira ukundi; mugabo uwuriko arabadurumbanya+, yaba nde, azokwikorera urubanza rwiwe+.
19 kandi iherezo ryabo ni ugutikizwa+, kandi imana yabo ni inda yabo+, ubuninahazwa bwabo na bwo ni ibimaramare+, kandi imizirikanyi yabo iri ku bintu vyo kw’isi+.
14 Alegizandere+ wa mucuzi w’umuringa yarankoreye ibibi vyinshi—Yehova azobimwishura nk’uko ibikorwa vyiwe biri+—