ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko abisunga umubiri bashira imizirikanyi yabo ku bintu vy’umubiri+, mugabo abisunga impwemu bakayishira ku bintu vy’impwemu+.

  • 1 Abakorinto 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kuko mukiri ab’umubiri+. None ko hari ishari n’ugushihana muri mwebwe+, mbega ntimuri ab’umubiri mukaba kandi mugenda nk’uko abantu bagenda+?

  • 2 Timoteyo 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 abaguranyi+, intumva, abivyimvya+, abakunda ibinezereza aho gukunda Imana+,

  • Yakobo 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ubwo si ubukerebutsi bumanuka buvuye hejuru+, ahubwo ni ubwo kw’isi+, bw’ibikoko, bw’amadayimoni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika